Bwakeye kumusi wa gatandatu IMANA itera iteka umuryango wa MUGISHA, bituma bibera igitangaza n'umugusha k'Uburundi , akaba yibarutse abana batandatu kandi bose ni bazima aho mbere batatu muri bo ni Abahungu (3 Garçons) abandi batatu ni Abakobwa (3 Filles) ariko hakaba hifashishijwe uburyo bwo kubarwa (Opération césarienne).
Sunday, December 25, 2022
BURUNDI: Yibarutse abana batandatu kandi bose ni bazima .
Recommended Articles
- Santé
UNICEF: Seul 62% des Burundais ont un accès basique à l’eau potable Mar 22, 2024
UNICEF: Seul 62% des Burundais ont un accès basique à l’eau potable Bujumbura, le 22 Mars, Gako News (Blog) Dans le budget de l’État ...
- Amagara Y'abantu
BURUNDI: Yibarutse abana batandatu kandi bose ni bazima .Dec 25, 2022
Inyuma yokugenderwa n'Umushikiranganji wa mbere Gervais NDIRAKOBUCA amusanze mubitaro vya gisirikare mu kamenge "Hopital Militaire de Kameng...

Newer Article
Imiryango y'abatwa icenda yararonkejwe imfashanyo n'umuvugabutumwa Mapendo Anne Marie
Older Article
BURUNDI: Yibarutse abana batandatu kandi bose ni bazima .
Tags
Amagara Y'abantu,
Health,
Santé
Subscribe to:
Post Comments (Atom)
No comments:
Post a Comment