'''' '' 'Tout changement commence par le changement des acteurs du changement'', dixit le Président Evariste Ndayishimiye . .

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Showing posts with label Religious. Show all posts

Saturday, December 24, 2022

December 24, 2022

Burundi : Mwinjilisti Mapendo asema:’Hata kuwa walifanya makosa si wakutupwa’.

                    Mwinjilisti Mapendo asema:’Hata kuwa walifanya makosa si wakutupwa’.

Mapendo Anne Marie, mwanamke mwinjilisti mrundi anaeishi katika nchi ya Ubelegiji anasema kwambahata kuwa wafungwa walifanya makosa siwakutupwa kwa sababu na wale ambao hawako gerezaniwanaweza kufanya makosa kuwazidi.

Katika lengo la kuwa karibu na wale wenye matatizo, mwinjilisti Mapendo Anne Marie ameomba ruhusa maofisa wa gereza kuu la Mpimba ili kuwafikia wakaazi wa jingo hilo. Miongoni mwa wafungwa aliozungmuza nao kulikuwa na waliokuwa wanahitaji nguo, wanawake wenye mahitaji ya vifaa, Watoto watakao uji na watu ambao walikuwa na utaratibu wa matibabu lakini hawakupata uwezo wa kununua madawa.

Alipopata kibali hicho, tarehe 11 Desemba mwaka huyu , aliwakabithi wahusika wa gereza hilo misada mbalimbali kutokana na mahitaji ya wafungwa: wagonjwa 11 walilipiwa matibabu, wanawake 91 wakapatiwa pedi za usafi katika kipindi chao cha redi na Watoto kadhaa wakapatiwa nguo.

Vitambaa vya kupamba sehemu inayotumia kuomba mungu vilitolea kama anavyothibithisha mchungaji mmoja kiongozi wa waumini zaidi ya 580 wa kanisa la ECM.

Mapendo anasema kwamba kabla ya kutoa msaada huo, alikamilisha lengo lake kuu likiwa ni la kuhubilineno la Mungu. Katika mahubili yake alisaidiwa na injilisti URSULE Mulasi kutoka wa mama jeshi kubwa kutoka kanisa la Elohim church wakisaidiwa pia na muimbaji Mukengurutse Protais maarufu‘turacunzwe’(tumelindwa) anaeimba nyimbo za injili katika dini la pentekosti.

Kundi la wafungwa 80 waliosaidia katika kuimba walipewa ahadi na mwinjilisti huyo ya mavaazi watakayokuwa wanayatumia wakati wa sherehe za kuomba mungu na wakibahatika kuachiliwa watayaacha mavaazi hayo gerezani kwa makusudi ya kutumiwa na wafungwa wenzao katika shuguli hiyo.

Kesho yake, akiitumia redio Voix d’Espoir,aliwaomba warundi wote kuwakumbuka wafungwa kwa sababu hata hivyo walifanya makosa si wakutupiliwa mbali . Nyuma ya wito huyo, Mapendo alithibitishakwamba kuna watu wanaojitolea kwa wingi wakitowa biblia au vyakula na anawashuru sana akindelea kuwaomba warundi wawasaidie wafungwa kwa sababu na wao ni viumbe.

Nyuma ya mikutano ya maombi na neema, watu wengi waliohudhulia waliokoka hasa wale waliokuwa wakifanya punyeto . Mapendo akishukuru sana kazi ya mungu na kutuguliwa roho na hali ya wafungwa katika magereza.

Ikumbukwe kwamba mwinjilisti Mapendo Anne Marie alipita anaelekea nchini Tanzania kuhubili na tayari amesha rudi Burundi akijiandaa kuelekea nchini Malawi katika kazi hiyo hiyo. 

Friday, December 23, 2022

December 23, 2022

Umuvugabutumwa Mapendo ati : " Naho bakoze amakosa si abo guheba''.

UmuvugabutumwaMapendo ati : " Naho bakoze  amakosa si abo guheba''.

Umuvugabutumwa w'umurundikazi aba mu gihugu c'Ububirigi  Mapendo Anne Marie avuga ko naho abanyororo bakoze amakosa si abo guheba kuko ngo n'abatari mu mabohero  barakora  amakosa ushobora gusanga aruta n'ayo abari mu mabohero.

Mu ntumbero yo kugarukira ku bari mu ngorane zitandukanye , umuvugabutumwa Mapendo Anne Marie yarasavye uruhusha abarongoye ibohero rikuru rya Mpimba. Muri abo harimwo abanyororo bari bakeneye ivyambarwa, abavyeyi bari bakeneye ibikoresho nkenerwa ku mukenyezi, abana bari bakeneye imisururu hamwe n'abantu bari bafise impapuro zo kwa muganga ziriko imiti yo gurwa mugabo batashobora kuyigurira . Amaze kuronka urwo ruhusha ,  ku w'Imana igenekerezo ry'11 Kigarama uyu mwaka  yarashikirije ubuyobozi bw'ibohero imfashanyo zitari nke  kuri iyo mirwi y'abantu twadondaguye. Abantu 11 bararihiwe imiti, abakenyzi 91 bararonkejwe cotex , abana batari bake bararonswa uduhuzu . Haratanzwe kandi ibitambara bikoreshwa mu gushariza ikibanza basengeramwo ngaho mw'ibohero nkuko bivuga n'umwe mu ba pastori barongoye abakristo 580 mw'isengero rya ECM . 
Mapendo avuga ko inyuma yo gushikiriza imfashanyo yaciye akora igikorwa nyamukuru naco ngo kwari ukuvuga ubutumwa. Ico gikorwa yagikoranye n'umuvugabutumwa  Ursule Mulasi wo muri Wa namama jeshi kubwa asengera muri Elohim Church hamwe n'umuririmvyi Mukengurutse Protais batazira Turakingiye aririmba indirimbo za Gospel mw'ishengero rya Pentekote.  Umurwi w'abanyororo 80 babafashije kuririmba yaciye abamerera umwamboro bazohora baserukamwo mu minsi y'amasengesho. Mu gihe abo baririrmvyi borekurwa bazosiga ayo makanzu  ngaho mw'ibohero kugira azokoreshwe n'abandi muri bene ico gikorwa. 

Bukeye Mapendo abicishije ku nsamirizi Voix d'espoir yarateye akamo abarundi bose ko abantu bari mu mabohero naho bakoze amakosa atari abo guheba kuko ngo hariho n'abandi badapfunzwe mugabo bakora amakosa aruta ayakorwa n'abari mu mabohero. Inyuma yako kamo, Mapendo yemeza ko abantu benshi bariko baritanga. Bamwe batanga ifungurwa abandi bibiriya. Mapendo akaba abishima cane. Asaba abarundi kwitaho abanyororo kuko na bonye baguma ari ibiremwa muntu.

Ngo  inyuma yo gukora ibikorane  vyo kubohoka, abantu benshi bavyitabiriye barabohotse cane cane ibijanye no kwisambanya  no gusambana n'ibidayimoni mw'ijoro. Mapendo akaba ashima cane ico gikorwa Imana yakoze ariko akababawza cane n'ubuzima abanyororo babayemwo. 

Aha twokwibukanaya ko umuvugabutumwa Mapendo Anne Marie yaciye aja mu gihugu ca Tanzaniya kuvuga ubutumwa akaba yaramaze kugaruka ngaha mu Burundi yitegurira kuja mu gihugu ca Malawi muri ico gikorwa co kuvuga ubutumwa.

Monday, December 19, 2022

December 19, 2022

Papa Faransisiko : Naramaze gusinya urwete rwo gutanga imihoho mu gihe amagara yonkika

Papa Faransisiko : ''Naramaze gusinya urwete rwo gutanga imihoho mu gihe amagara yonkika''. Ibi yabivuze kuri uyu wa gatandatu  igenekerezo rya 17 Kigarama  mu rurimi rw'iki esupanyore aho yararamutse ahimbaza umusi mukuru w'amavuka yiwe .

Kuri uyu wagatandatu  igenekerezo rya 17 Kigarama, umwungere wa Ekereziya gatorika bwabaye ubwa mbere   kuva ashikiriye ayo mabanga haraciye imyaka icumi  amenyesha ko yamaze gufata ingingo kuva mu mwaka wa 2013 yo kuzoshikiriza ayo mabanga mu gihe yogira ingorane z'indwara zikomeye.

Nkuko tubikesha ikinyamakuru Aliteia, ibihuha vy'itangwa ry'imihoho rya Papa Faransinsiko vyarabaye vyinshi muri iri ci riheze . Ivyo bihuha bikaduzwa cane ni uko uwo mwepisikopi w'i Roma asanzwe afise indwara idashobora kubagwa yo mw'ivi. Ivyo ngo vyatumye agabanya ibikorwa bimwe bimwe n'ingendo yaba yamaze gutegekanya. Kandundura vyatumye agira muri kagakinga k'abagwaye.