Azofatwa nk'inkozi z'ikibi c'ubugarariji kandi ace ashengezwa
I
Kuva igenekerezo rya 15 kigarama ntawurekuriwe kudandaza, kunguruza , guhanahana ibihingurwa bitari ku ntonde zishizwe ahabona .
Ivyo ni bimwe mu bishikirizwa n'ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo ubudandaji n'amahinguriro, aho bwari buramutse bushira ahabona intonde z'amahinguriro yemerewe kudandaza, kwunguruza no guhingura.
Ubwo bushikiranganji bikaba bwashikirije ivyo n'agashavu kenshi inyuma y'aho bimenyekaniye ko hari amwe mu mahinguriro agikorera mu kinyegero mu kwirengagiza ingingo ya Reta iyahagarika ariko ngo itariki ntarengwa ikaba ari iya 15 Kigarama 2022, nayo abatazoyubahiriza bakozofatwa nk'inkozi z'ibibi vy'ubugarariji baheza babashengeze bacibwe ihadabu rikwiranye n'ingingo zafashwe.
No comments:
Post a Comment