Burundi : Pénurie d'eau, une affaire de manque de responsabilité

des jeunes s'insurgent contre la pénurie d'eau au Burundi, un pays de milles sources d'eau potable

Burundi : Le Gouvernement se laisse pillé

Le Fonction publique débloque un salaire des hauts cadres.

Burundi : DIY et PIN appellent pour la ratification de la Convention de Malabo

Si le Burundi ne signe et ne ratifie pas la ''Convention de Malabo''.

Burundi : Marché central, un clair-obscur vieux de 13 ans

l'un des plus angoissants parmi une légion d'incendies, un mystère à plusieurs hypothèses

Burundi : Katihabwa n'est plus Ministre Bujumbura

Mr Arthemon Katihabwa, un deux ministres remerciés par le Président Evariste Ndayishimiye

Showing posts with label intwaro. Show all posts
Showing posts with label intwaro. Show all posts

Tuesday, February 6, 2024

Ico navuze ku cibutso c'ubumwe bw'abarundi

 

 
Ico navuze ku cibutso c'ubumwe bw'abarundi. 

Bujumbura, igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2024, Ico navuze ku cibutso c'ubumwe bw'abarundi ni uko nyene kubumba ico cibutso atiyumviriye nk'abarundi. 




Mu gihe abarundi baraye bibutse  ku ncuro ya 33 aho batora amasezerano y'ubumwe bwabo, ndacibuka ico navuze ku cibutso c'ubwo bumwe cubatse ku musozi Vugizo muri Komine Mukaza. Aho hari mu 2002 niga mu mwaka wa kabiri w'ivyigwa mbagara bwongo mw'iseminari nkuru y'i Bujumbura, Grand Seminaire Saint Cure d'Ars de Bujumbura.

1. Nyene kubumba  ico cibutso ntiyiyumviriye nk'abarundi : 

  • Nta rukwi rusenywa n'umurundi rufise imigongo ine
  • Nta murundi atekeza umuganda w'inkwi umugozi umwe kuko inkwi zica zisambuka. 
  • Ikibumbe c'icibutso nticerekana ko ari umuganda uzokwikoregwa kuko nta ngata iriko.