'''' '' '#" Trump asaba gushumbushwa n'ikinyamakuru BBC imiriyaridi 10 z'amadorari ''.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Tuesday, December 2, 2025

Basaba ko abahihagarika bohanwa

Basaba ko abahihagarika bohanwa

Bujumbura, Igenekerezo rya mbere Kigarama ,2025, Gako News - Blog Basaba ko abihagarika  iruhande  y'ishengero rya Pentekote ryo ku Nyabagere bohanwa.

Abenegihugu begereye kw'ishengero rya Penteko ryo ku Nyabagere muri Komine Ntahangwa baratangazwa n'inyifato y'abantu bihagatika iruhande y'ishengero rya Pentekote ryo ku ruzi Nyabagere.

Umwe mu benegihugu bateramira ahegereye aho hantu atangazwa  abantu bashobora kugira ubwiherero ikibanza kitubakiye , kiri kw'ibarabara rikuru , risanzwe ricako abarongozi bo hejuru kandi imbere y'ishengero ryambarizwamwo Umuremyi. 

Batewe ishavu n'umunuko ,abariko bivunira akanyo ku kabare kegereye urwo ruzi ku muhingamo w'uyu wambere igenekerezo rya mbere Kigarama bata agashavu no kubarongozi ba karitiye ngo utibagiye abarongoye iryo shengero '' badategwa isoni n'inyifato nkiyo mu gihe abandi Bari mw'isuku n'isukura''. Basaba ko ahihagarika bohanwa kuko ngo amafoto amaze gufatwa n'abahita aho usanga abagabo cumi bariko bihagarika ku nkombe z'ibarabara batera inkuru atanico binona ku murango biteza urubwa abanyagisagara. 

Ivyo biri uko muri ino misi hibonekeza abantu bacibwa amahadabu  biturutse ku kutubahiriza amabwirizwa y'isuku. 




No comments: