Tuesday, September 26, 2023
Thursday, December 22, 2022
Urgent : Rebondissement dans l'affaire de la tentative de destitution de l'Administrateur de la commune Nyanza-Lac.

Le secrétaire communal du parti CNDD-FDD est libre depuis ce mercredi. du parti de l'aigle, Thaddée ont été libérés. Le même jour, des sources concordantes parlent d'un refus presque cathéorique de répondre à
l'invitation du secrétaire provincial du parti CNDD-FDD. Ces mêmes sources évoquent uniquement 26
personnes qui ont été constatées sur place.
du conseil communal et ex-administrateur de commune limitrof de deux pays et peuplée à l'instar de la province Cankuzo,la Commune Nyanza-Lac. Cette tentative avait eu lieu quand le secrétaire provincial de ce parti était en mission . Dans ces derniers jours, il s'obesrve un climat de méfiance entre les membres du parti au pouvoir a regreté un memebre qui a gardé l'anonimat.

Le secrétaire communal du parti CNDD-FDD est libre depuis ce mercredi. Tuesday, December 20, 2022
Umurimyi mworozi Mbonankira avuga ko abandanya ''aturatuzwa'' mu bikorwa vyiwe.

''Hariho n'umunyamitahe wo mu gihugu ca Australie yari yaje ngo dukorane none yamaze guta aromoka kubera iri turatuzwa. None jewe ngiye kuba uwande muri iki gihugu''.
Aya ni amwe mu majambo umurimyi mworozi Mbonankira Karori yatwishuye kuri terefone kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Kigarama amaze kuva mu mirima igihutihuti tumubajije ku vyo bamwe mu bakozi barenga 100 bari basubiye ku kivi bariko baramenyesha.
Nkuko avyigana ngo muri ikigitondo yahamagawe n'umushikirizwamanza wa repuburika mu ntara ya Ngozi amubaza ko yoba ari mu mirima, uruwundi arabimwmerera. Uwo munyamategeko yamusavye ko bobonana nawe aravyemera. Mu kanya ngo haciye hashika imodoka y'uwujejwe uburimyi n'ubworozi mu ntara ya Ngozi irimwo abantu babiri bari bacungerewe n'abaporisi babiri. Mu gihe yariko aritegura ngo yakira uwo mushitsi baciye bategeka umupfosoni wiwe ko yobuza abariko barakora kubandanya ibikorwa kuko ngo '' bariko bakorera ubusa''. Abo ''bashitsi'' bahavuye bamenyesha uyu mupfasoni ko baje bava mubiro vy'umukuru w'igihugu.
Inyuma y'ugufungwa abasakisaki incuro zibiri yongera apfungurugwa, umurimyi mworozi Karori Mbonankira wo muntara ya Kayanza avuga ko abandanya aturatuzwa mu bikorwa vyiwe vya minsi yose vyo kurima no kworora .
Karori akavuga atabona iyo amafaranga ikoperative SPCB arongoye ryafashe kw'ingurane bazoyakura kuko n'ubu bari basubiye gutangura ibikorwa inyuma y'agahombo k'imiriyoni 70 z'amahera y'amarundi yemeza ko yononekaye igihe hasamburwa ivyuma vyafasha mu kuvomera imirima n'ibindi bitari bike vyabaye impfagusa.
Mbonankira Karori ati: ''Hariho n'umunyamitahe wo mu gihugu ca Australie yari yaje ngo dukorane none yamaze guta aromoka kubera iri turatuwa. None jewe ngiye kuba uwande muri iki gihugu''. Aribaza nimba abarongozi basigaye bavuga kubiri ku kintu kimwe kuko ngo uwaheruka ku mugendera yari yamwijeje.
Twokwibuka ko uwo yaheruka ku mugendara muri iyo mirima iri ku musozi wa Nyanza , ikomine n'intara ya Ngozi ari umuyobozi mukuru wa ANACOOP.

Saturday, December 17, 2022
ABAJA KURONDERA UBUZIMA MU MAHANGA, BAGIYE KWOROHEREZWA.
Mugihe buca amakungu ahimbaza umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe inyambukira, ubushikiranganji bw'imigenderanire n'ayandi makungu bwaraye bushize ahabona urutonde rw'amashirahamwe atanu(5) yemerewe gukora urudandazwa rwo gufasha abantu baja kurondera ubuzi mu mahanga.
Nk'uko vyagaragaye mw'ikete ry'ubushikiranganji muvyo bujejwe hari mwo imigenderanire n'ayandi makungu bwandikiye umushikiranganji w'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n'umutekano,ubwo bushikiranganji buramenyesha ko hari amashirahamwe azwi n'amategeko mubijamye no kuranga ubuzi mu mahanga harimwo no gufasha abavyipfuza kuja kubukora.