'''' '' 'Tout changement commence par le changement des acteurs du changement'', dixit le Président Evariste Ndayishimiye . .

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Showing posts with label umwuga. Show all posts
Showing posts with label umwuga. Show all posts

Thursday, February 29, 2024

February 29, 2024

SAHABO Edgard ni umushushanyi

SAHABO Edgard ni umushushanyi


Bujumbura, Igenekerezo rya 29 Ruhuhuma , Gako News (Blog ) SAHABO Edgard , ni  umuhinga mu gushushanya ibintu bitandukanye ( Artiste Dessinateur ) atera akamo abantu bashaka gushushanisha ivyabo nábabo ku mwegera.

Nkuko abivuga  ngo agerageza gucapa ibintu  bitandukanye . Mu kubemya ngo yaza arasubiramwo adandi bashushanyi imbere yúkuvyiga mwíshure kuri Lycee du Lac Tanganyika. Ngo babona nkícirwa ariko we yabibonamwo umwuga. Niko rero kuwiga . 
Agira ati : ''Ikintu nyamukuru nùko nshaka gutera imbere mu  gushushanya naje nshikire urugero rwábandi bashushanyi bamaze gutera imbere. Ariko ivyo vyoshoboka mu gihe ngiye ndaronka abanyizerabakampa udukorwa kuko burya uriko urashushanya ibintu nawe uba uriko uriga.''

 Arangiza avuga ko ubumenyi muri rusange bukura ari uko ubimfashijemwo nabandi ,