'''' '' '#" Burundi : Une femme à la tête du ministère de la défense, un autochtone dirige le ministère de la justice ''.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Sunday, February 12, 2023

Tirikiya: Coba ari igatangaro cabaye

 Tirikiya: Coba ari igatangaro cabaye 

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 6 Ruhuhuma mugihe nyamugigima ikomeye cane yatuma amazu asenyegurika mu bihugu vya Tirikiya na Siriya, Isamanu ya Bikira Mariya yasigaye ihagaze . Aho ni mw'isengero rikuru ryitiriwe Iburwa mu gihugu ca Tirikiya . Ivyo vyabaye mu gihe urwo rusengero rwabomotse rwose kiretse agace karimwo iyo sanamu.






No comments: