'''' '' '#" Ndongozi,ni mubanze mwikuremwo ivyo vy'ugusehera inda zanyu''- Perezida Varisito Ndayishimiye.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Tuesday, February 21, 2023

Ninde azorenganura abenegihugu bo muri zone Muyira


Ninde azorenganura abenegihugu bo muri zone Muyira. 

Abene gihugu bo ku mitumba ya Muyira na Sororezoyo muri Zone Muyira barashima cane ibikorwa
Reta  iriko irarangura mu ntumbero yo kuduteza imbere.
Ariko naho biri uko , bamenyeshe ko hari akabakiye ku bijanye n'itangwa ry’imizibukiro ku
bantu bakozweko n’umugambi w’igihugu wa Jiji na Mulembwe ndetse n’iyubakwa ry’amazu yahitanwe
n’uwo mugambi bitariko birakorwa hisunzwe ibirimu gatabu k’indinganizo yawo twaronkejwe twongera
turasigurirwa mu nama twagiranye n’abaserukizi b’uwo mugambi dukunze kubona kenshi kurubuga
bawudusigurira hamwe n’abari baserukiye ishirahamwe ORÉADE-BRÈCHE, iyo nama ikaba yabereye
mu Kabondo  mu mpera z’umwaka wa 2021. 


                                                                                                               Birabandanya....... 

No comments: