'''' '' '#" Ndongozi,ni mubanze mwikuremwo ivyo vy'ugusehera inda zanyu''- Perezida Varisito Ndayishimiye.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Thursday, February 9, 2023

Mu gihe c'indwi 2 ibiduga bininibinini bihindura inzira


 Mu gihe c'indwi 2 ibiduga binini binini bihindura inzira 

Kubera ibikorwa vyo gusanura ibarabara rikuru  RN2 igice ca Bugarama -Gitega, abashikiranganji mu vyo bajejwe harimwo ubudandaji n'inyukabako bafashe ingingo ko kuva ejo ibenekerezo rya 10 ruhuhuma isaha cumi na zibiri zo mu gitondo  gushika igenekerezo rya 24 ni ukuvuga indwi 2 ibiduga binini binini bigiye guhindura umuhora. 

Imiduga yikorera ibintu biremeye yaja canke yava i Bugarama -Muyinga izofata Bugarama-Bukeye -Ngozi -Muyinga.Iyahora ija canke iva  Bujumbura - Hagati no mu bumanuko bw'igihugu zizofata Musaga-Jenda-Nyakararo-Mwaro-Gitega. Iyo ngingo yafashwe kugirango ivyo bikorwa bigende neza kandi ntihabe amasanganya.

 Abagendesha imiduga isanzwe basabwa kutarenza umuvuduko w'ibirometero 20 ku nsaha bariko baraca aho hariko harasanurwa. 




No comments: