'''' '' '#" Ndongozi,ni mubanze mwikuremwo ivyo vy'ugusehera inda zanyu''- Perezida Varisito Ndayishimiye.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Saturday, February 25, 2023

Bihaye amabarabara ngo bamukeze

 Bihaye amabarabara ngo bamukeze.

Kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 25 ruhuhuma mu ntara zose z'Uburundi abarundi bazindutse biha amabarabara ku girango bakeze umukuru w'igihugu Varisito Ndayishimiye kw'iteka aherutse guterwa .


Nkuko vyibonekeje ku vyapa abihaye amabarabara bari bafise ijambo nyamukuru ryari "Turabakeje''.

Umukuru w'igihugu c'Uburundi Varisito Ndayishimiye aherutse gutorwa ngo abe icegera ca gatatu c'umurwi urongoye umuryango w'Afrika. Yarongeye kandi atorerwa kuba indongozi y'umugwi w'urwaruka, amahoro n'umutekano ku rwego rwa Afrika''. Icibonekeje ni uko urwaruka rwari rwasidukanye n'iyonka muri urwo rugendo rwabereye mu ntara zose z'Uburundi.




No comments: