'''' '' 'Tout changement commence par le changement des acteurs du changement'', dixit le Président Evariste Ndayishimiye . .

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Saturday, January 7, 2023

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu arakengurukira Imana


Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu arakengurukira Imana.

Inyuma y'aho ikibonda Uwatwese Elky Excellent cari gifise ingorane zo mu mutima kibagiwe maze bikagenda neza, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye arashimira Imana.     



Ku rubuga rwiwe rwa tweeter yandika ati :'' Ndakengurukiye Imana  mushobora vyose ku bona ikibondo Uwatwese Elky Excellent yasubiye kuronka amagara meza inyuma yo kubagwa umutima mu gihugu c'Ubutariyano  bifashijwemwo n'ugukurerahamwe kw'ishirahamwe AIUTI AMO IL Burundi n 'ikigo Bonne Action Umugiraneza''. 




No comments: