'''' '' '#" Ndongozi,ni mubanze mwikuremwo ivyo vy'ugusehera inda zanyu''- Perezida Varisito Ndayishimiye.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Wednesday, January 11, 2023

Ubushikiranganji bwafashe ingingo ko basubiriza


Ubushikiranganji bwafashe ingingo ko basubiriwza

Ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bwasavye abayobozi b'indero mu ntara n'aba buramatari ko boshikiriza amazina y'abogenwa mu bibanza vy'abayobozi b'amashure batarashikana muri ubwo bushikiranganji impapuro z'umutsindo n'izindi mpapuro zemeza ivyigwa umuntu yakurikiranye vyo mu myaka iheze kugirango basubirizwe. Aho ngo havuyemwo umwaka w'ishure w'2001 ushira w'2022.

No comments: