'''' '' 'Tout changement commence par le changement des acteurs du changement'', dixit le Président Evariste Ndayishimiye . .

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Sunday, April 7, 2024

Yari yabiteguye ariko yapfuye atabivuze

 

Yari yabiteguye ariko yapfuye atabivuze. 

Bujumbura, igenekerezo ry'7 Ndamukiza,2024, Gako news (Blog)Inyigisho yo ku w'Imana ugira kabiri wa Pasika  nk'uno musi wo mu 2005 yari yateguwe na Papa Yohani Paulo wa kabiri yahavuye ishikirizwa na Karidari Leonardo Sandri. 

Uwa hoze ari umwungere wa Ekleziya Gatolika  kuva 1978 gushika 23005 Karol Wojtyla yafashe izina rya papa Yohani wa kabiri  yitavye Imana  ku wa gatandatu ku mugoroba igenekerezo rya 2 Ndamukiza 2005 agenda adashikirije inyigisho ku mwamikazi w'ijuru - Regina Caeli- yari yateguye gushikiriza mu misa yo ku w'Imana igenekerezo rya 3 ndamukiza 2005.

Iyo nyigisho yahavuye ishikirizwa n'umukaradinari Mgr Leonardo Sandri, yari icariho c'umunyamabanga wa Reta imisa yo ku w'Imana igenekerezo rya 3 ndamukiza 2005 igiye kurangira. Uyu mukaradinari bikaba bitamworoheye kubera ibigumbagumba yarafitiye uwo yavuga ko yamutumye guzosoma iyo nyigisho.-Aleteia.





No comments: