Saturday, April 20, 2024

Ibidukikije : Inyanduruko y'uguca ubwenge ni ingorane


Ibidukikije : Inyanduruko y'uguca ubwenge ni ingorane 

Bujumbura,igenekerezo rya 19 Ndamukiza,2024 , Gako News (Blog) Ibidukikije : Inyanduruko y'uguca ubwenge ni ingorane. Abarundi dukwiye kuja hamwe tugahimirizanya mu kubungabunga ibidukikije. 

Mugihe hasigaye imisi itatu ngo isi yose ihimbaze umusi mpuzamakungu wahariwe isi-#EArthDay2024 naranezerewe kuba umutumire nk'umwe mu bajejwe ku menyesha amakuru muri Ecoclimatevision Burundi mu kiganiro co Kwitaho Ibidukikijwe gitunganywa n'isamirizi Kazoza FM kigashikirizwa n'umumenyeshamakuru Alain Muhirwa.: " Ni igiki cokorwa mu guhangana n'ihindagurika ry'ibihe biciye mu gukingira amashamba" nico twahanahanako ivyiyumviro .

Lien important: https://www.youtube.com/watch?v=C0gB_7Eq6S0

Nagize nti: Ibi biriko biratubako birashobora kuba inyanduruko yo guca ubwenge ni ingorane. Abarundi twarasamaye. Ibidududkije ni umubanyi tumufashe nabi arashobora kudusubiriza mu ndumane.. Intango nyakuri yo gutera imbere ni inzara.

0 Comments: