'''' '' 'Tout changement commence par le changement des acteurs du changement'', dixit le Président Evariste Ndayishimiye . .

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Thursday, July 27, 2023

CNL: Bahavuye bemeregwa kugira inama

 CNL: Bahavuye bemeregwa kugira inama

Muri kino gitondo  igenekerezo rya 27 Mukakaro igihe abanshingamateka basanzwe bashigikiye umukuru w'umugambwe CNL, umushingamateka Rwasa Agathon bari biteguye gutangura inama yabo bari bategekenije ku ngoro y'uwo mugambwe iri ku Mutanga Nord, umugwi w'abaporisi wabankiye kugira iyo nama. Umwe mu bashingamateka batowe mu gisagara ca Bujumbura yageraje gusaba ko borekurigwa kugira inama yabo ariko biba impfagusa.

Nk'igihe c'isaha zitanu z'umutaga niho intwazanagabo zitatu zo mu giporisi zatanga uruhusha ku girango iyo nama ibanadanye uko vyari vyategekanijwe.

  Ifoto : Burunga

No comments: