SAHABO Edgard ni umushushanyi
Bujumbura, Igenekerezo rya 29 Ruhuhuma , Gako News (Blog ) SAHABO Edgard , ni umuhinga mu gushushanya ibintu bitandukanye ( Artiste Dessinateur ) atera akamo abantu bashaka gushushanisha ivyabo nábabo ku mwegera.
Nkuko abivuga ngo agerageza gucapa ibintu bitandukanye . Mu kubemya ngo yaza arasubiramwo adandi bashushanyi imbere yúkuvyiga mwíshure kuri Lycee du Lac Tanganyika. Ngo babona nkícirwa ariko we yabibonamwo umwuga. Niko rero kuwiga .
Agira ati : ''Ikintu nyamukuru nùko nshaka gutera imbere mu gushushanya naje nshikire urugero rwábandi bashushanyi bamaze gutera imbere. Ariko ivyo vyoshoboka mu gihe ngiye ndaronka abanyizerabakampa udukorwa kuko burya uriko urashushanya ibintu nawe uba uriko uriga.''
Arangiza avuga ko ubumenyi muri rusange bukura ari uko ubimfashijemwo nabandi ,
No comments:
Post a Comment