Burundi : Pénurie d'eau, une affaire de manque de responsabilité

des jeunes s'insurgent contre la pénurie d'eau au Burundi, un pays de milles sources d'eau potable

Burundi : Le Gouvernement se laisse pillé

Le Fonction publique débloque un salaire des hauts cadres.

Burundi : DIY et PIN appellent pour la ratification de la Convention de Malabo

Si le Burundi ne signe et ne ratifie pas la ''Convention de Malabo''.

Burundi : Marché central, un clair-obscur vieux de 13 ans

l'un des plus angoissants parmi une légion d'incendies, un mystère à plusieurs hypothèses

Burundi : Katihabwa n'est plus Ministre Bujumbura

Mr Arthemon Katihabwa, un deux ministres remerciés par le Président Evariste Ndayishimiye

Sunday, May 26, 2024

Ngo ivyo ubutatu bweranda ntibisaba amashure

   

Ngo ivyo ubutatu bweranda ntibisaba amashure

Bujumura, igenekerezop rya 26 Rusama,2024 ''Kibondo imyaka umaze wiga muri kaminuza ibijanye n'ibitungwa ko inka irisha ivyatsi bibisi, ibara ryavyo uraribona , igakamwa amata yera wewe watahuye iki?Ico ni ikibazo umuvyeyi yabajije umuhungu wiwe amaze kaminuza ku musi mukuru w'ubutatu bweranda.

Amadini amwe amwe harimwo Ekleziya Gatolika kuri uyu w'Imana niho ahimbaza ubutatu bweranda. Abasigura ibisomwa vy'úno musi ntibiborohera kubera ko ngo ubutatu bweranda ari ikinyegezwa gikomye gutahura.

Bamwe bati : "Twebwe twarize ivyo ntaco bitubwiye n'ibitarivyo twarabitahuye''. N'uko umusore yarangije kaminuza maze aduga iwabo buca ari kumusi mukuru w'ubutatu bweranda. Nyina wiwe aramubaza ati : "Mbega ko uno musi umengo ntuja gusenga''. Nawe ati : '' Ariko ga mama wewe aho wagiriye gusenga ku misi nk'iyi watahuye iki, Data , Mwana na Mutima mweranda ngo bagize umwe. Jewe nsinja mu vyo ntatahura?
Umurimyi- mworozi #Mbonankira Karori  wo mu Kayanza arambandanya ibikorwa vyiwe mu ntara ya Cankuzo.Aha ni umurima w'ihegitari 4 yagwirijeko imbuto ahawe na ISABU wuri muri Komine Mishiha, umutumba Busumanyi.



Ugasangwa uyo musore yari yize ibijanye n'ibitungwa wa mutamakazi aramuraba aramwenyura ati :" Kibondo imyaka umaze wiga muri kaminuza ibijanye n'ibitungwa ko inka irisha ivyatsi bibisi, ibara ryavyo uraribona , igakamwa amata yera wewe watahuye iki? Wa wacu ati: ''Hogi tugenda urashoboye''. Ngo ivyo ubutatu bweranda ntibisaba amashure. 

Tuesday, May 21, 2024

Yateye ikirimba c'umukuru w'igihugu

Yateye ikirimba c'umukuru w'igihugu

Bujumbura, igenekerezo rya 21 Rusama,2024 Mu bucagucagu bw'igenekerezo ry'19 Rusama niho akagwi kitwaje ibigwanisho karongowe na Christian Malanga Musumari, yari umukuru w'umugambwe PCU batera ikirimba c'umukuru w'igihugu mu gihugu giharanira intwaro rusangi ca Kongo.


Christian Malanga Musumari ni nde?


Christian Malanga Musumari yavukiye muri Kongo igenekerezo rya 2 Ruhuhuma , 1983. Yahoze ari mu ngabo z'ico gihugu imbere y''uko aja kuba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika hamwe n'umuryango wiwe.


Christian Malanga Musumari yarasanzwe arongoye umugambwe Parti Congolais Uni(PCU) yashizeho inyuma ya'amatora ya 2011. Yitrgurira kwitoza ariko aca arafatwa amatora ataraba. Mu 2012 yaciye asubira muri Amerika

Mu mwaka wa 2023. Christian Malanga Musumari yaratowe kuba umuserukizi wa mbere mu biganiro mpuzamakungu mu bijanye no kwishira no kwizana kw'amadini. Muri 2010 yatanguje ishirahamwe Malanga Congo.

Igenekerezo rya 17 Rusama 2017 , umuhari Nouveau Zaire waanshinzwe uca uramenyekana mu gihe Christian Malanga Musumari yashinga Reta yo mu buhungiro i Burusere mu Bubirigi. Guhera ico gihe ntisubiye kwibonekza gushika mu gatondo ko kw'igenekerezo ry'19 Rusama ,2024 aho aherekejwe n'úmuhungi wiwe hamwe n'abandi bagwanyi yinjira mu kirimba c'umukuru w'igihugu muri Kongo. Yahavuye agandagurwa umungu wiwe arakomereka. Apfuye yari yari yatanguje urudandazwa rwúbutare hamwe nábandi banyamerika.

Ikigitero gisa ni igitangaje nticavuzwe cane kandi ngo ciyamirizwe n'ibihugu rutura na cane cane ivyo perezida Félix Antoine Tshisekedi Tshilombo arongoye ico gihugu yaraherutse kugendera no gusinyanira amasezerano y'ubutunzi. Inama nkuru y'abapisikopi niyo yiyamirije ico gitero ikanavuga ko ari ikimenyetso ko hakenewe kuganira muri ico gihugu. Patiri Donasiyano Shole avugira inama y'abo bepisikopi avuga ko muri Kongo hariho abantu batacubaha inzego.

Sunday, May 19, 2024

RDC : Le mouvement « New Zaïre » épinglé dans une tentative de coup d'Etat

 RDC : Le mouvement « New Zaïre » épinglé dans une tentative de coup d'Etat  

Bujumbura, le 19 Mai, Gako News (Blog)Selon les media locaux, certains membres du mouvement « New Zaïre » sous contrôle du congolais Christian Malanga  ont attaqué vers 5h du matin de cette fête pentecôte le palais présidentiel du pays continent, la RDC et ont été épinglés a assuré le porte-parole de l'armée dont le comandant suprême reste Félix Antoine Tshisekedi Tshilombo, ce président qui avait ,dernièrement ,  lancé la poursuite juridiciaire contre les surveillants de Rome.

Malanga et ses hommes qualifiés d'assaillants par Kinshasa avaient attaqué le domicile du vice-premier ministre et deux personnes sont reportées tuées lors des affrontements.   

Pompon du Mbote.cd écrira ce matin ''Des images tournées par les assaillants montrent M. Christian Malanga, membre de la diaspora congolaise résidant aux États-Unis, qui a toujours prôné le retour au Zaïre, accompagné de son fils et de quelques personnes portant des armes à l'intérieur du Palais de la Nation''. 


Saturday, May 11, 2024

Ishirahamwe FOLUCON-F ririyamiriza'' ibitero vy'iterabwoba''

 


Ishirahamwe  FOLUCON-F ririyamiriza'' ibitero vy'iterabwoba''

Bujumbura, igenekerezo rya 11 Rusama,2024, Gako News (Blog) Inyuma y'ibitero hakoreshejwe ibisasu ntezwantoke vyikurikiranije mu gisagara ca Bujumbura, ishirahamwe ryishinze kugwanya ikimenyane n'akamwana wamama mu Burundi FOLUCON-F ryiyamirije ibitero ryise ''ivyaha bitababarigwa''.


Ishirahamwe ryishinze ku ugwanyaiIkimenyane n'akamwana wamama mu Burundi FOLUCON-F ryateye ivyatsi ''ibitero vy'iterabwoba'' vyabaye mw'iijoro  igenekerezo rya 10 Rusama  ku ''gituro ci'miduga mu gisagara hagati aho hatewe ibisasu ntezwantoki mbere bikaba vyarakomerekeje abantu vyongera birabahitana bamwe.

Mu rwandiko yasize ahabona uwurongoye iryo shirahamwe, Gerarudo  avugako iryo Ishirahamwe nk' ishirahamwe rishira imbere iyubahirizwa rya kiremwa muntu risubiye kwibutsako ko ubuzima bwa kiremwa muntu ari katihabwa kandi kizira kubuhungabanya.  

Iryo shirahamwe rirahoza  imiryango yaburiye muri ''ubwo bubisha tukipfuriza abakomeretse gukira vyihuta.  kiretseko gutera ibibanza bihuriramwo abantu  ari icaha kidaharigwa ( crime contre l'humanite) . Duhamagarira abari inyuma y'ubwo bugizi bwa nabi kuvavanura n' iyongendo''. 

Iryo shirahamwe risaba Reta y' Uburundi gutanguza amatohoza yhuta kugira abagigwa n'abafise uruhara bahanwe. Urwaruka rukunda gukoreshwa. iryo shirahamwe rirusaba '' kwirinda abaruhamagarira mu bitarivyo n'ukudomako urutoke uwo wese yogomba kubakwegera muri ubwo bugizi bwanabi''. 

Ishirahamwe FOLUCON-F rikaba rirangiza rihimiriza abarundi'' kubandanya bafatana mu nda n'ukwigishanya amahoro kuko ariyo mushinge w' iterambere''.


Le Parti AND-Intadohoka condamne le jet des grenades en mairie de Bujumbura

Le Parti AND-Intadohoka condamne les jets des grenades en mairie de Bujumbura

Bujumbura, le 12 Mai ,2024, Gako News (Blog) Le parti AND-INTADOHOKA condamne les jets de grenades qui prennent du  galon dans la capitale économique Bujumbura 

 

Dans un communiqué rendu public le matin de ce samedi 11 Mai, 2024, Basabose Jean Claude, secrétaire général de ce nouveau parti affirme que le parti AND-Intadohoka a appris avec  consternation le jet de grenades qui reprend une allure inquiétante.

Au moment où  la population est préoccupée par les conséquences liées  à la pénurie des produits de première nécessité, le parti AND-INTADOHOKA  condamne encore une fois de plus ces actes de barbarie perpétrés contre la population et demande au Gouvernement  de traquer ces malfaiteurs  et les traduire devant la justice, martèle Basabose. Cette condamnation tombe au lendemain du jet de grenade en ville et dont les dégâts matériels humains n'étaient pas encore connus le matin de ce samedi mais qui perturbe la circulation à partir de 19h de ce vendredi 10 Mai. 

Pour Basabose Jean Claude,le parti AND-INTADOHOKA  décourage  toute voie de violence et demande aux acteurs politiques burundais de conjuguer des efforts pour asseoir  une paix durable menant au développement. 

Pour rappel, deux attaques à la grenade avaient  fait  des morts et  plusieurs blessés dans le quartier Kamenge au Nord de la capitale économique Bujumbura la soirée de ce dimanche 5 Mai 2024.