'''' '' '#" Ndongozi,ni mubanze mwikuremwo ivyo vy'ugusehera inda zanyu''- Perezida Varisito Ndayishimiye.

BURUNDIAN DAILY NEWS

Breaking

Tuesday, September 17, 2024

September 17, 2024

Burundi : FEDU et les apprenants batwa fêtent ''Bye bye Vacances''

Burundi : FEDU et les apprenants batwa fêtent "Bye Bye Vacances" .

Bujumbura, le 17 Septembre 2024 , Gako News(Blog) Dimanche 15 Septembre,la vieille de la rentrée scolaire 2024-2024, Fount Education International -FEDU a célébré Bye byeVacances avec les apprenants de la communauté batwa de Kuntondwe, zone Kizuka en commune Rumonge.


Une trantaine d'apprenants ont reçu des  babouches dites Yeboyebo et leurs parents ont bénéficié des baches pour couvrir leurs '' hutes '' et 2kilos et 2 kilos de riz .


L'évangeliste  Mapendo Anne Marie qui a representé FEDU a reiteré son engagement et de son organisation  dans  la promotion de l'éducation des élèves batwa. Elle leur a demandé de commencer l'activité scolaire dès ce lundi 16 Septembre très tôt le matin .

Le  Nyumbakumi de Kuntondwe a mis en garde les parents de ces enfants que quiconque qui a eu l'appui de Fount et n'envoie pas son enfant à à lécole se verra retiré ce don pour le donner  aux necessiteux. 

#Burundi #CommunautéBatwa #Solidarité #FEDU

Sunday, September 15, 2024

September 15, 2024

FEDU s'engage de plus

FEDU s'engage de plus 

Bujumbura, le 15 Septembre 2024 En partenariat avec Fount Education International, l'Ecole Fondamental Nyamibu I envisage promouvoir l'éducation des élèves batwa de la localité de Kuntondwe, ses alentours.


A 3 jours de la rentrée scolaire 2024-2025 fixée au 16 Septembre 2024, sous l'incitation de Fount Education International- FEDU,le Directeur de l'ECOFO Nyamibu I, une école sous convention protestante,Noël Vyizigiro a procedé à l'inscription et  reinsertion  de 31 enfants de la communauté batwa de Kuntondwe,zone Kizuka en commune Rumonge afin de commencer l'activité scolaire ce lundi 16/9/2024.

La  representante de cette association, l'évangeliste missionnaire  Mapendo Anne Marie a apprecié l'engagement de ce Directeur en matière de sensibilisation de ces enfants de la communauté batwa de Kuntondwe.

Pour elle, le developpement durable  dont le.monde est sujet actuelllement consiste à ne laisser personne derrière.

Niyukuri Francine, 13, ans est l'une des apprenants qui vont  redoubler la classe de 4è, Elle a promis de réussir cette année scolaire avec l'appui de Fount Education International et le suivi regulier du Directeur Noël Vyizigiro qui est point focal de Fount à cette école. 

Kigeme Chanella, 13 ans  vient reintégrer   l'ECOFO Nyamibu I après deux . Elle avait interrompu suite à la famine et au manque du matériel scolaire. 

Fount Education International va  lui procurer ce dont elle a  besoin pour recommencer  l'apprentissage..

Au total,  31 enfants ont bénéficié des uniformes scolaires et les cahiers  . Les parents  ont vivement remercié Fount Education International pour ses efforts pour un developpement durable des enfants autocthones .



Fount Education International,FEDU a promis de donner à ces apprenants des chaussues suite à une demande formulée par leur parents .

#Burundi #Education #Batwa 

Thursday, September 5, 2024

September 05, 2024

Uyo mugambwe nti uri mu kwaha


Uyo mugambwe nti uri mu kwaha
 

Bujumbura, igenekerezo rya 4 Nyakanga,2024  , Gako News -Blog Umugambwe CODEBU Iragi rya Ndadaye nti uri mu kwaha k'umugambwe uri ku butegetsi kandi naho wokwiyunga n'iyindi migambwe mu matora yimirije uzokwifatanya n'imigambwe itavuga rumwe na CNDD-FDD-  Kefa Nibizi, umukuru w'uyo mugambwe. 

Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya mbere Nyakanga,2024 umugambwe Conseil pour la Democratie et de Developpement Durabler du Burundi- COEDBU Iragi rya Ndadaye waratunganije'' ikoniro risanzwe ry'abahizi'' mu ntara nshasha ya Bujumbura kw'ijambo ry'urufatiro : '' Bahizi, haguruka twerekane ubuhizi mu guhanira  no mu gutsimbatazaintwaro rusangi no kugwanya akarenganyo  mu matora ya 2025 na 2027.  

Mu ntumbero yo kwifatikanaya n'abanyagihugu bahanzwe n'ikibazo co kwiyunguruza Kefa Nibizi arongoye uyo mugambwe yashitse mu kibanza caberamwo iro koraniro- EN Ngagara ari ku maguru. Ntiyatevye kubwira abari bativye iro koraniro ati : ''Aha mubona twoba tugikwirwa mu kwaha.Ntihagire uwubahenda CODEBU Iragi rya Ndadaye ni umugambwe uri mu yitavuga rumwe n'uwuri ku butegetsi''. Ku bijanya n'amatora yimirije yagize ati :''Nagira mbwire abantu bazi ko bazotsinda amatora ya 2025 na 2027 babanje guhinyanyura ko bitazobashobokera . Ubu ni ligne rouge''. 


Yaciye agirako asaba umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu guhagarika  gutoza intereraro y'amatora mu rudavagi. Iyo ntererano n'ubu ikaba itozwa icese mu mu masoko y'igisagara ca Bujumbura aho ni nko mu Kamenge. 


Nibizi Kefa yarunganiye uwurongoye CODEBU Iragi ryua Ndadaye muri Bujumbura,Sindayigaya Salvator mu kugaragarza akababaro kavuye kw'ikubagurwa ry'uwurongoye uyo mugambwe muri Komine Ntahangwa.  

Mw'ijambo ryasomwe n'umukuru w'uwo mugambwe Kefa Nibizi, hibonekezamwo akababaro n'amakenga uwo mugambwe ufise kuntaro rusangi mu Burundi.

'' Iduga ry'ibiciro riva ku bukene bw'amahera y'agaciro hamwe n'amakorii n'amatagisi v'umurengera Reta itoza abenegihugu.Itegeko rigenga amafaranga Reta izokoresha mimwaka w"2024 ushira uw'2025 ryaje gusongera isibe  ubukene abanyagihugu barimwo kubera ryadugije amakori n'amatagisi cane kandi ryerekanye ko abatwara igihugu batarajwe ishinga  n'ubukene bwugarije abanyagihugu.Mu gihe abategietsi bo hejuru badugije uburusho bahabwa , amakori n'amatagisi vyongerejwe ku banyagihugu. Amahera atozwa ku nyobwa birimwo umwambiro mwishi-liqueurs- yavuye ku bice miro 50 aja ku bice 20 kw'ijana. Imitobe yarashijeko itagisi bita surtaxe mu gifaransa itahora itozwa y'ibice 25 kw'ijana. Isukari ivuye hanze  ivuye hanze y'igihugu yarashizweko amakori n'amatagisi  itahora iriha. Ayo nayo ni aya:  ikori ryo kugira yinjira mu gihugu  ibice 25 kw'ijana, TVA ibice 10 kw'ijana. N'ubwo Reta yakuyeho itagisi yahora irihisha isukari iviye hanze, ayo makori n'amatagisi azotuma ikiro c'isukari  gitozwa n'imiburiburi amafaranga arenga 950 , urumva ku makori yahora itozwa hagiye kujako amafaranga 350.Amahera arihishwa utrupapuro berekanirako ivyo umuntu avuye kurangiura hanze  yavuye ku bihumbi 10  aja ku bihumbi 100. Mu gihe abafise amayengero yo gukanya amavuta  bahora batangishwa amahera y'impusha ageraranye bagiye guhora batangishwa amafaranga ari hagati y'ibihumbi amajana atatu hamwe n'umuriyoni . Itagisi bita forofetere ryahora ritozwa imodoka  ryarakuweho risubirizwa amafaranga 25 kw'iritiro ryose imodoka inyoye . Ivyo bizotuma  iryo kori riduga cane. Nka karorero imodoka probox  iduga mu ntara za ruguru yahora iriha ibihumbi 50.000 gusa  igiye kuzoriha n'imiburiburi ibihumbi . Ivyo bizotuma bakora bahomba  canke ibiciro vyo kwiyungueruza biduge.Ayo makori n'amatagisi yashizweho atahoraho  yashizwe ku nyagihugu kuko ariwe muguzi wa nyuma  kuko kenshi na keshi ivyo akora bidaheza ngo biboneke . Mu gihe igihugu gikenye igitoro bimwe biteye ubwoba, umugambwe CODEBU warababajwe n'ingingo yo kubuza abazana  ibitoro babikuye mu bihugu  bibanyi.

                     

Kubera ivyo umugambwe CODEBU Iragi rya Ndadaye usaba  Reta ko : 

1. Mu gihe co gusubiramwo amafaranga ikoresha yosubiza amakori n'amatagisi ku rugero  yarariko  kugira itezurire abanyagihugu . 

2. Uburusho bwahawe abategetsi bamwe bamwe  bwokugwaho , amafaranga yabwo akaja mw'iterambere ry'abanyagihugu.

3. Reta yokorohereza iyinjizwa ry'ikidandazwa cose  ca nkenerwa kibuze mu gihugu

4. Igitoro catswe abanegihugu  bo mu gihugu ca Congo bari baje kusahiriza  cosubizwa atakirinze gusabwa  hamwe vyoba bitarakorwa 

5. Ingingo zogupfunga abadandaza bafashwe mu makosa y'urudandazwa rw"amegendo  ahaubwo bagatozwa amahadabu akwiranye n'urugero rw'icaha  bakoze kuko kubapfunga ari ukuremereza Reta ariko ibatoje amahadabu Reta ica yunguka kabiri

6. Mu gihe amafaranga aguma ata agaciro bivuye kubura amafaranga mvamakungu, Reta yo kwemera ivyo isabwa n'abasanzwe abafasha Uburundi : Kubahiriza agateka ka zina muntu, gutegura ibiganiro bidakumira, intwaro ibere mu vyo ubutunzi .





Tuesday, September 3, 2024

September 03, 2024

Burundi : La FOLUCON-F rejette les propos d'Amnesty International sur le Burundi

 

   Burundi : La FOLUCON-F rejette les propos d'Amnesty International sur le Burundi 

Bujumbura, le 2024, FOLUCON-F rejette en bloc les propos d' Amnesty International sur le Burundi selon lesquels la situation des droits humains restent alarmante.



Dans un communiqué
rendu public lundi 26 Août 2024, Hakizimana Gerard , Président de l’organisation Force de Lutte Contre le Népotisme et le Favoritisme au Burundi -FOLUCON-F a affirmé que son organisation a reçu avec consternation les déclarations d’Amnesty International sur le Burundi à travers l’interview de la chercheuse Rachel Nicholson sur les ondes de la France 24 lors du Journal de l'Afrique le 21 Août 2024.

Selon Falucon F, Amnesty International a publié des rapports sans être informé sur la situation réelle qui prévaut au Burundi. Gerard a pris de l'occasion pour déclarer que les propos d'Amnesty International sont mensongers et contraire a la situation qui règne au Burundi.

Hakizimana Gerard demande à l'Amnesty International '' d'éviter de de publier des rapports tendancieux et politiquement motivés par ses intérêts''. Aux autres organisations, il leur demande '' de ne plus tomber dans les pièges leur tendus par des gens qui ont des agendas cachés sur le Burundi'' de peur de perdre leur crédibilité''.


Bujumbura, le 27 Août 2024, FOLUCON-F rejette en bloc les propos d' Amnesty International sur le Burundi

Dans un communiqué rendu public ce lundi 26 Aout 2024, Gerard , Président de l’organisation Force de Lutte Contre le Népotisme et le Favoritisme au Burundi « FOLUCON-F » a affirmé que son organisation a, reçu avec consternation les déclarations d’Amnesty International sur le Burundi à travers l’interview de Rachel Nicholson, chercheuse de cette même organisation sur les ondes de la France 24, lors du Journal de l’At 2024.

Friday, August 23, 2024

August 23, 2024

Urushengero Vivante rwahavuye rushikirizwa ivyo rwatsindiye

 Urushengero Vivante rwahavuye rushikirizwa ivyo rwatsindiye

Bujumbura, igenekerezo rya 23 Myandagaro, Gako News -Blog , Inyuma y'imyaka 10  y'imburano, inyuma y'intsinzi zine, inyuma y'impari nyishi n'imibonano y'urutavanako, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 16, myandagaro 2024, urushengero Vivante rwo muri zone Minago, Komine n'intara ya Rumonge  rwahavuye rushikirizwa ibibanza bibiri vyo mu Minago no ku Murungu. 


Habonimana Hermes aherabujwe ku bintu vyose  yarondera ku rushengero Vivante, Ndayegamiye Alexandre atsindiye ibibanza bibiri.
Aya ni amwe mu majambo ya juge yatumye abakristo b'urushengero Vivante ahanini bari bagizwe n'abakenyezi batangura gutamba baratarika isaha cumi n'imwe n'inusu imbere y'urushenegero Christian Sowers in Africa ahahavuye harandurwa icapa caruranga.

 ''Vyose vyatanguye mu 2015  bivuye ku mupasitori yaraturongoye yitwa Bigirimana John yashatse guhindura minisiteri twari twatanguye ashaka kuyigira urushengero . Natwe nk'abapasitori turavyanka , intambara ica iratangura'', aya ni amajambo ya Pasitori Ndayegamiye Alexandre- pasteur regional asohotse avuye mu nyubakwa y'urushengero Christian Sowers in Africa isaha imwe y'ijoro mu gihe inyamiramabi zo muri zone Minago zari zihejeje gushira amagufuri yatanzwe n'abakristo b'urushengero Vivante kuri urwo rushengero, abarusengeramwo nabo bamaze guheza gusombera intebe n'ibindi bikoresho mu mihana irwegereye.

Urushengero Vivante ruserukiwe na Ndayegamiye Alexande rwatsinze urubanza mu 2020 abo baburana baca bitura sentare ntahinyuzwa basaba ko urubanza rutoshikirizwa kubera ko ''abantu barongoye bogumika''.Ngo nabanze batohoze neza. Umukuru  wa sentare ntahinyuzwa  yandikira uwurongoye sentare ya Burri. 

Ko urubanza rubanza kurindira. Hanyuma bacabaja kwiteara ku.mushikiranganji  nawe atanga inyishu ko urubanza rudasubirwamwo ko bicisha iho intahe yasize.  Vivante ica yitura sentare ntahinyuzwa kugirango yandike urupapuro ruhindura urwa baribasize muri dosiye y'i Bururi . Umukuru wa sentare ntahinyuzwa aca yandikira umukuru wa sentare isubiramwo Imanza  i Bururi. Nawe aca asaba umukuru wa sentare ya Rumonge ko yoshira mu ngiro ivyavuye mu mburano.   


Kuri uno wa gatanu rero ryari isango ntabanduka ryari ryatanzwe na sentare yo mu ntara ya Rumonge ngo hakurikizwe ivyavuye mu rubanza inomero 3482 sentare nkuru isubiramwo imanza ya Bururi  yashikirije ko Habinama Hermes ahebujwe kubintu vyose  yarondera kuru shengero Vivante ryaserukiwe na Ndayegamiye Alexandemrwari hagati y'urushengero Christian Sowers in Africa na Vivante. 

Uru rubanza ngo rwa dididijwe n'ukudadika kwa aba "Sowers" nkuko bivugwa na Tuyisenge Ancile, umuririmvyi wo muri Vivante  asaba ko abatsinze bo muri Vivante boshiramwe n'abatsinwe bakagira urukundo nkurwo barifitaniye kuva kera. 

Ku bwa Pasitori Igiraneza  Jean Dosco   icatumye  urwo urubanza rudindira  ni uko abo baburana batigeze bemera gushira aho intahe ishize , bagumye batera igere. "Baragiye  muri sentare y'ibtabgo turabatsibda. Bagenda muri sentare y'igihugu turabatsinda, baragenda muri cour d'appel turabatsinda. Baragenda muri gasamburamanza turabatsinda. Baragenda mu bushikiranganji turabatsinda. Ni abo kwiyegereza muri runo rugendo rwo kuja mw'ijuru''. 


Ku bijanye n'imigenderanire igiye kuranga abakrisito b'ayo mashengero abiri yaba Pasitori Ndayegamiye Alexandre yaba  Ntubwanayo Egide, umuvugabutumwa muri Vivanye bose bemezako mu gihe abakristo bo muri Christian Sowers in Africa boshaka ko babandanya gusengera hamwe atakibazo vyotera.

Egide ati : " Ica mbere twoshimira Imana yo mw'ijuru, tugashimira ubutungane bwo bwadufashije tugashikira intsibzi  naho vyaciye kure. Ubutungane buragahorako. Twokongera tugashimira Reta y'Uburundi yo yadushikirije ibintu vyacu. Ubutungane buragahoraho. Ica kabiri tugiye kuvyifatamwo neza nk'abakristo. Twebwe abo batsinzwe bari abakristo nibaza tuzobakira kandi tuzobafata nk'abakristo. Uyu musi imiryango iruguruye. Uwo wese agomvye araza ariko umuntu aja mw'idini agomvye. Arongera akavuga ko basanze hari ibikoresho basize mu rushenegero nk'intebe n'ivyuma bibafasha kuririrmba basanze atabiriho''.    

Umunyaminago w'umwisiramu aba irihunade yanse kwivuga izina yagize ati : " Nsanze ubutungane ari ikigwanisho c'Imana. Aba bantu bari bararenganijwe. Twasemereye kuva kera aba Sowers ntibatwumvira. Ku mutaga bamwe muri abo ba " Sowers" bari bamenyesheje ko badasohoka urwo rushengero mu gihe '' Imana yabahishuriye  ko nibaruvamwo itazoba ikiri mw'ijuru". Aho ni igihe abakristo ba Vivante bari basidukanye n'iyonka kuza muri ivyo birori vyo gushirizwa ivyo bari batsindiye nkuko bari babisezeranye ku musi w'Imana uheze. 

 


Friday, August 9, 2024

August 09, 2024

Their survival is our survival, said Antonio

 Their survival is our survival, said Antonio

Bujumbura, 9th August , 2024 Gako News -Blog On the Indegenious peoples' international day , the UN SG, Antonio Guterres regreted UN Declaration on the Rights of Indigenous Peoples – are yet to be fulfilled.


According to Antonio, Indigenous Peoples represent around 6 per cent of the world's population. Yet their stewardship signifies an outsized contribution to our global community. They are the keepers of knowledge and traditions that help safeguard some of the most biodiverse areas of our planet.

As guardians of the environment, their survival is our survival, he said. 

Either in Canada with the largest number of indegenious peoples- over 600 communities- or  elsewhere, like in Burundi, their unique way of life is a testament to the rich tapestry of humanity but  they also face serious challenges that threaten their very existence. Indigenous Peoples are often the victims of threats and violence.

Extractive and productive sectors, like mining, agriculture, and transport have accelerated deforestation and land degradation; Antonio added. 

In Burundi, only one minister comes from the indegenious people. Manirakiza Manasse, a representative of Batwa community in Makamaba province said that only 26 pupils under graduated whereas 6 students tried to attend university studies. In Nyanza-Lac commune, among 500 batwa families, none have motocycle taxi, said Manasse .   

               


This year’s theme reminds us of their rights to protect themselves from unwanted contact. Contact that can have a devastating impact.bExposure to infectious diseases, forced assimilation, and the disruption of culture, language. 

The UN SG called upon  the world to stand behind the rights of Indigenous Peoples to chart their

own futures.


Saturday, August 3, 2024

August 03, 2024

Le SADC forme et mobilise les communautés pour une ville saine

 Le SADC forme et mobilise les communautés pour une ville saine

Bujumbura, le 3 Août 2024, Gako News Pour une ville saine et la promotion de la santé communautaire durable, le Service Anglican pour le Développement Durable- SADC avec l'appui financier de Episcopal Relief and Développent - ERD a organisé, ce jeudi 1er Août  2024 dans les enceintes de l'Université Chrétienne de Bujumbura,  un atelier de sensibilisation ''pour éveiller'' la jeunesse et les  des administratifs  pour la sauvegarde de la biodiversité, des écosystèmes, pour lutter contre les changements climatiques et vivre dans des villes saines et communautés durables.

L'atelier des pro environnement a vu la participation des  représentants du Gouvernement, les administrateurs communaux, les chefs de zones  et les leaders des jeunes pour la promotion de l'environnement en mairie de Bujumbura. Ouvrant les activités , la représentante du Maire de Bujumbura  a salué l'organisation d'un tel atelier dont les tenants et les aboutissants visent une meilleure vie et rappelé aux participants  l'existence de la variole de singe ou  Manky pox dite Mpox dont l'un des moyens de préventions est l'isolement de la personne atteinte. 

Les deux thèmes, sujet d'une journée de la formation et mobilisation des communautés urbaines s'intitulaient la formation et la mobilisation des communautés urbaines pour une ville saine et la promotion de la sante communautaire durable et des leaders de la jeunesse œcuménique sur la protection de l'environnement.

Après un bref partage de la parole  exploitée par le Secrétaire général de l'Eglise Anglicane au Burundi, Pasteur Niyomwungere Fabien, le Président du Service Anglican pour le Développement Durable- SADC, Révérend Pasteur Ndintore Félibien, a dans son mot  d'accueil, rappelé aux participants dont une soixante des jeunes  étaient issues des écoles secondaires de la mairie de Bujumbura, que la mobilisation dont il était question est un devoir de manière que l'accès à une vie terrestre et aquatique saine et adéquiste, à la vie dans une ville et communauté saines et durable est un droit pour chaque citoyen''. 

Avant de céder aux orateurs du jour, Révérend Pasteur Ndintore Félibien, a qualifié de cet atelier de '' creuset  d'échanges avec les leaders administratifs et les jeunes pionniers  dans la mise en œuvre des stratégies de réduction des pollutions et de restauration de la biodiversité et des écosystèmes pour une vie harmonieuse et saine des citoyens de manière inclusive. 


Le modérateur du jour en même temps Président de Ecoclimate Vision Burundi  en cours d'agreement, Léonidas  Niyongabo a rejoint le souhait du SADC qui  est celui de voir les participants '' s'approprier  des éléments nécessaires  à l'élaboration et au suivi de la mise en œuvre de la stratégie sectorielle ainsi que des stratégies claires simples et mesurables dans leurs structures et entités respectives pour un pays et ville non pollues avec un équilibre écologique stable''.

Pro Dr Bunani Samuel parlant des plastiques comme le Prof Nduwarugira Déogratias dans son exposé ''Enjeux environnementaux; Concepts, défis, restauration des écosystèmes et la biodiversité a regretté le fait que bien de burundais ne savent pas profiter des atouts que Dieu leur a gratifiés. Les deux professeurs de l'Université du Burundi ont demandé la responsabilité de tout un chacun sans quoi ils se sont demandés ou va le monde si une telle ignorance persistait. 

Parlant des déchets plastiques, Prof Dr Bunani a fait savoir que les déchets solides sont conçus de manière à protéger l'environnement et améliorer les conditions de vie dans les villes du monde entier. Avec 2 milliards de tonnes de déchets générés par le monde en 2015 , avec la démographie galopante observée au Burundi et que le Burundi n'est pas élastique, l'expert a interpellé les participants à convaincre qui que se soit de la nécessite nécessaire  de réagir en faveur de la maison mère, la nature.  

Madame José Nshimiyimana de l'Office Burundais pour la Protection de l'Environnement comme tant de participants ont émis leurs avis et considérations sur l'atteinte de l'objectif de l'atelier. Tous ont regretté ceux qui violent les lois et règlementations de la protection de l'environnement et souhaité de travailler de concert .